This site uses cookies. By continuing to use this website, you agree to our policies regarding the use of cookies.
×
Like ? Save it to your favorites
×
Like ? Leave your review!
×
×

Radio Isanganiro

Rating: 4.9 Reviews: 7
La Radio Isanganiro est née 18 Novembre 2002 comme projet d'une association sans but lucratif dénommée Ijambo. Elle est une meilleurs station de la capitale
41 0

Radio Isanganiro reviews

  • 5
    19.05.2021
    Hi, ndabakurikirana ndi iza Cape Town imisi yose kumbure nkaba mfuriz’umusi mwiza mwene data kandi umu journaliste wanyu Havyarimana Balen
  • 5
    25.02.2021
    Nitwa Amando BIZIMANA nkaba ndi South Africa Capetown indirimbo npfuza ko yojamwo kuri zo 20 sat b na meddy
  • 5
    04.06.2020
    Nitwa Ange Felix Patasse Ngendakumana ndabashimira cane kubiganiro vyanyu .Ndabakwirikiranira hafi nsanzwe MBA mugihugu ca Canada .Murakoze cane Imana ibaje Imbere
  • 4
    23.03.2020
    Bonsoir, ndabakurikirana cane ndi muri Maurice. Muraduteramisha muri ibi bihe usanga tutava mumazu bivuye kukiza ca Corona Virus. Nashaka mbasabe mutwumvishe akaririmbo kitwa Nzobandanya Karimwo umuririmvyi yitwa Arnovic avuka murumonge. Muzoba mukoze nimba koboneka ariko.
  • 5
    13.03.2020
    Radio Isanganiro ndabakurikirana neza cane ndi Uganda ni HABIMANA Alain Clovis
  • 5
    06.09.2019
    Mwiriwe turabakurikirana turi I Magara -Bugarama-Rumonge. Turanezerwa nindirimbo mutwumvisha ariko agahaze nuko tutumva muvuza indirimbo zikorerwa hagati mugihugu. Ndi Bamina Soggy - Janvier.
  • 5
    04.05.2019
    Ndabakurikirana ndi nairobie ibiganiro vya radio isanganiro biranezereza cane

Radio contacts

Install the free Online Radio Box application for your smartphone and listen to your favorite radio stations online - wherever you are!